Contact
Brarudi SA - Boulevard Ndadaye Melchior - BP 540 Bujumbura, Burundi
-
dummy(+257) 22 28 80 00/ 22 28 80 01
dummyinfobrarudi@heineken.com
Umuyobozi wa Heineken ku rwego rw'akarere yarakiriwe n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye Ku wa kabiri itarike 07 Gitugutu, ku kirimba co mu ntara ya Ngozi, Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yarakiriye intumwa za Brarudi zigizwe na Hubert Eze, umuyobozi mukuru w'ishirahamwe Heineken mu karere k'ubuseruko, uburengero no muri Afrika yo hagati ari kumwe na Chidum Ayeni, umuyobozi mukuru wa Brarudi hamwe na Catherine Bucumi, umuyobozi ajejwe intwaro muri iryo shirahamwe nyene. Ivyo baganiriye vyari bishingiye ku migambi yo kwongereza umwimbu w'ibinyobwa vya Brarudi, kugira ishirahamwe ryongereze ibishorwa hanze Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu yarashimiye ishirahamwe Brarudi ku ku nguvu ririko rirashira mu migambi yo kugwiza umwimbu mu gihugu no gushigikira abarimyi Ishirahamw Brarudi ryariyemeje kubandanya rishigikira iterambere ry'Uburundi
Ishirahamwe Heineken Africa Foundation ribicishije kuri Brarudi bifadikanije na Rippleeffect ryatanguje icese kuri uyu wa 19 Gitugutu i Matana mu ntara ya Bururi umugambi wo gushigikira abarimyi mu guhangana n'ibibazo vy'ihindagurika ry'ibihe no kugwiza ubutunzi ku barimyi batobato mu Burundi Uwo mu gambi uri mu ntumbero nshasha ya Heineken yo gufasha abarimyi bato bato mu kubaronsa
Après sept merveilleuses années à faire vivre à ses consommateurs de beaux moments, l'Amstel Royale, à travers sa compagne "Née à Amsterdam, Raffinée pour les burundais"
La BRARUDI, Leader du marché dans le domaine Brassicole au Burundi et membre du Groupe HEINEKEN voudrait recruter pour la Direction des ventes, des délégués commerciaux talentueux
📌 Dans le cadre de notre stratégie "Brassons un Monde Meilleur", nous trouvons toujours des occasions d’avoir un impact positif dans nos communautés. C’est dans cette optique qu’un partenariat s’est construit avec Bujumbura International University.
Chers consommateurs, nous vous souhaitons un excellent weekend! Savourez votre bière préférée et choisissez de prendre un taxi, bus ou de faire covoiturage au besoin.
Brarudi SA - Boulevard Ndadaye Melchior - BP 540 Bujumbura, Burundi
dummy(+257) 22 28 80 00/ 22 28 80 01
dummyinfobrarudi@heineken.com