Contact
Brarudi SA - Boulevard Ndadaye Melchior - BP 540 Bujumbura, Burundi
-
dummy(+257) 22 28 80 00/ 22 28 80 01
dummyinfobrarudi@heineken.com
Fraicheur, élégance et ambiance festive entre amis, Friends of Amstel donne le ton pour un début de weekend vibrant au Bar Skystar. C'est parti pour une soirée exceptionnelle !!![]()
La BRARUDI désire recruter des stagiaires professionnels à la direction Technique.
Umuvugizi w’ubushikiranganji bujejwe ubudandaji asaba Abarundi guhurumbira inzoga zikoregwa ngaha iwacu nk’ugwagwa n’izindi. Onesime NIYUKURI ivyo yabishikirije yishura kukibazo kijanye n’ubukene bw’inzoga. Asaba kandi ishirahamwe Brarudi ko ryoduza umwimbu kugira ubukene bw’ibinyobwa buranduranwe n’imizi mu gihugu.
Ku kibazo c’isukari naco avuga ko catewe nuko abayikenera bagwiriye mu gihugu.
Ati : « turi imiliyoni 12, igihe SOSUMO yashingwa hari imiliyoni zine gusa z’abantu mu Burundi ». Asaba abagwizatunga ko bosahiriza ishirahamwe SOSUMO bakayirangura mu mahanga.
Brarudi SA - Boulevard Ndadaye Melchior - BP 540 Bujumbura, Burundi
dummy(+257) 22 28 80 00/ 22 28 80 01
dummyinfobrarudi@heineken.com